Umuririmvyi Bobona yaraye arangije urukurikirane rw’ibiteramo 2 vyo kumenyekanisha “IKIRANGAMISI”, urukurikirane rw’indirimbo yasohoye mu 2012. Ku mugoroba w’uwa gatanu Bobona yakoze igiteramo ca mbere mu kigo c’abafaransa. Ku w’Imana akomeza kuryohera abanyabujumbura mu giteramo ca kabiri mu kigo c’urwaruka co mu Kamenge.
- Bobona mu giteramo co kuri IFB
- Bobona n’umurwi ABAHIGI kuri IFB
- Chance na Bobona bariko baririmba indirimbo"Gaterantimba"
- Willy na Chance
Hakuna maoni:
Chapisha Maoni